CHRISTIANE NSHIMAGIZE - 20/05/2017 saa 06:29

Hewe wiyise Mushima@, Ni wewe uriko urangara nka GAHINI kuko uriko uravugira izo NYANKABURUNDI ngo ni SINDUMUJA. Nagira ndakubwire ko barya bamaze gufatwa bazobona ico intozo yaboneye ku mu MUGEZI. izo ntunva ziba zikwiriye gutegera ko: THE GAME IS OVER. Hanyuma ivyerekeye wewe uraja kwa muganga akurabire ubwo burwayi ufise bwo gutukana kuko ntaco bikumarira.

Musubize

Amazina yawe

Email yawe

Igitekerezo cyawe

Niba igitekerezo cyawe kidatukana, ntigisesereze.

Gihawe ikaze.