Fernandez - 8/01/2017 saa 17:01

Paris Global Forum yariheze kugira comparaison hagati ya President Nkurunziza na Col. Bagosora kuko President Nkurunziza arasenga gose, arafise Esprit de Discernement n' ukuvuga ko aba yaronse vision, tandis que Col. Bagosora ntiyanononsoye Ijambo ry' Imana. Jewe mbona Nkurunziza ashobora kuba yara gize Vision yivyo avuga: ica mbere nuko abanyamerika na barusiya bagiye kuba abagenzi hanyuma iyi nduru iri mu biyaga binini izoca itorerwa umuti kuko bamwe bahora bavugira Clinton ntaruhara bazosubira kugira kuri Gouvernement Trump kandi ikaba igizwe n' abantu bakaze gusa, ubu rero ubutitiri burageze kuri bamwe ngaha muri afrika bari abaja ba Clinton.

Musubize

Amazina yawe

Email yawe

Igitekerezo cyawe

Niba igitekerezo cyawe kidatukana, ntigisesereze.

Gihawe ikaze.