Frank - 7/01/2017 saa 23:28

Uburundi nubwa Abarundi. Muzokwakirwa uko muzogenda.ONU ubwayo yatinye kurungika abasirikare.we we niwewe wiyahuye.abanyagihugu bazohona ariko nabobiyita intwari bazokizwa namaguru.muzozanene utwanda byobafasha mukwiruka mushikira hari uririmi rutatandara.Nimba mukunda igihugu saba imbabazi mutahe mumahoro. Erega amatora ari hafi

Musubize

Amazina yawe

Email yawe

Igitekerezo cyawe

Niba igitekerezo cyawe kidatukana, ntigisesereze.

Gihawe ikaze.