Ruberintwari - 2/01/2017 saa 22:17

Abanyarwanda harico muteramenya buriya urupfu rwumuntu nkuyo rubaye icihuta nukumenya ico yakora nibyo yaramazemwo imisi, mukamenye nuyo mupolisi yamurashe ubuhanga nubumenyi yatojwe ko buhuy nakazi yarimwo, numwihwezo udasanzwe kuruwo wundo muntu yarashwe ntihagire icaba wenda ivyo biza bikoreshwa mukenyegeza ukuri no kuronderera insiguro icyaha cyakozwe. Nkuwo ntihabuze ivyo yarimwo gukora bitashimisha cnk byanabangamira leta.

Musubize

Amazina yawe

Email yawe

Igitekerezo cyawe

Niba igitekerezo cyawe kidatukana, ntigisesereze.

Gihawe ikaze.