Félix Muhite - 19/05/2017 saa 21:47

Harya radio Inzamba ifise ibiro ku yihe adresse mu Burundi. Yoba yaravuye mu Rwanda iza gukorera I Burundi. Mbe kuki mureka kuvuga ingorane zanyu mu Rwanda mukitwararika ivy'Uburundi? Basekabatikwije yavyaye Ndabakwaje. Nta mahoro kandi nta kuri Urwanda rurusha Uburundi. Imana yo mw'ijuru niyo cabona.

Musubize

Amazina yawe

Email yawe

Igitekerezo cyawe

Niba igitekerezo cyawe kidatukana, ntigisesereze.

Gihawe ikaze.