Monaco cosmetics
Ahabanza  >>  Amakuru Yose >> Imyidagaduro >> Mu Rwanda >> 

Général Godefroid NIYOMBARE ngo ashobora kuba yaraguye muri Congo

Nyuma y’umwaka urenga Général Godefroid NIYOMBARE, ateguye umugambi wo guhirika ubutegetsi bwa Perezida w’u Burundi Pierre Nkurunziza, ntibimuhire agahunga igihugu cye, ubu biravugwa uyu musirikare yaba yariiciwe muri Repuburika iharanira Demukarasi ya Congo, mu ntangiriro z’uku kwezi kwa kenda. Ayo makuru y’iyicwa rya Général Godefroid NIYOMBARE avugwa mu gihe hari andi avuga ko yaba ari mu gihugu cya Kenya, aho yahungiye.

Kuva ihirikwa ry’ubutegetsi bwa Petero NKURUNZIZA riburijwemo, Général Godefroid NIYOMBARE yahungiye ahantu hatigeze hamenyekana, byongeye inzego z’iperereza zo mu gisirikare cy’u Burundi zananiwe kumenya aho ari.

Nk’uko bitangazwa na UBMNews.com, ngo amakuru y’iyicwa rya Général Godefroid NIYOMBARE, nubwo ataremezwa nt’inshuti ze za hafi, ngo biravugwa ko yarasiwe muri Repuburika iharanira Demukarasi ya Congo mu ijoro ryo ku wa 4 Nyakanga 2016, ariko bikaba byaragizwe ubwiru bukomeye cyane.

Kanda hano udukurikire kuri Facebook na Twitter

Ibitekerezo

biraho John Peter - 23/09/2016 saa 10:29

Abarundi turabashima kuko mumaze igihe mwarumvise indangagaciro yo kubaho no kubana. mukomeze mushyire hamwe. Abahutu nabatunzi mwese muri mu mugambi 'Imana. mureke ababashyushya imitwe ngo muryane. Imana ibahe umugisha kandi mureke gutukana ni ibyabashumba
Kanda hano umusubize

KARAHAMUHETO - 19/09/2016 saa 14:27

Rindira gatoyi nze ndakwereke ingene irya mihirimbiri ngo ni imbonerakure ndoyiturira. Je sinzoyimesa mugabo nzoyiturira n'urusoro. Uwo mugwagasi ngo ni Nkurumbi azoraba. Je sindi nka babandi bamuhusha, karya gatwe kiwe nzokamena.
Kanda hano umusubize

Weee - 19/09/2016 saa 14:57

Hewe ntanuko BWANA NKURUNZIZA Uzonamubona ngunamutumbereze umunwa winkoho.ahubwo uzorasana najewe unshoboye uzoba utomboye.nayo iryo niterabwoba ry'abagore
Kanda hano umusubize

mubyara wingwe - 19/09/2016 saa 22:45

weyiyise by weee kubwawe ikintu cotuma urwanira nkurunziza nigiki ?nibwa buhumbi cumi babaha mwagiye gutambirimiyaga kwikomine ? ubwenge ntimugira ! imbonerakure murimwo beshi banyarucari nagahuzu mukura muta ariko mukabandanya kuvugako mwokwigura umusuma yiba ntanabaheko .namwe muri barutibwa nimbwa murateyiso
Kanda hano umusubize

mubyara wingwe - 19/09/2016 saa 23:18

weyiyise by weee kubwawe ikintu cotuma urwanira nkurunziza nigiki ?nibwa buhumbi cumi babaha mwagiye gutambirimiyaga kwikomine ? ubwenge ntimugira ! imbonerakure murimwo beshi banyarucari nagahuzu mukura muta ariko mukabandanya kuvugako mwokwigura umusuma yiba ntanabaheko .namwe muri barutibwa nimbwa murateyiso
Kanda hano umusubize

ja cz - 20/09/2016 saa 08:46

ewana ivyapolitique ni mubirekere abanye politique nyene gusa uwo mujenerare ntabe arico yabaye aribihuha kuko abarundi boba bahomvy vyishi kuguhagararira amasezerano ya alusha nibwirizwa shingiro

Samantha lindsay - 20/09/2016 saa 07:45

Gupfa kwa mujeri ntacyo bitwaye ubundi ntakabeho mwabonye ubujuju bwiwe? Genelari upfuye nkimbwa yo kumuhanda amasasu3mumutwe umurambo ukajugunywa muri lack vert burya koko imbwa yashyutswe irapfa koko H E Nkurunziza araje Abayobore ubuziraherezo izo za Mujeri ziyahure
Kanda hano umusubize

Emile SHIKANEZA - 24/09/2016 saa 17:42

Mbe Sha Mujeri N'iki? Mbga Kuva Niyombare Ahunze Warigez Umwumva Avuga? Mugabo Abavuga Bagumy Bavuga. Hapfuy Niyombar Ntihapfuy Intwari Z'uburundi. Urugamba Yatanguj Tuzorusozera. Ubw Wew Ntaco Upfana Na Nkurumbi?
Kanda hano umusubize

Emile SHIKANEZA - 24/09/2016 saa 17:43

Mbe Sha Mujeri N'iki? Mbga Kuva Niyombare Ahunze Warigez Umwumva Avuga? Mugabo Abavuga Bagumy Bavuga. Hapfuy Niyombar Ntihapfuy Intwari Z'uburundi. Urugamba Yatanguj Tuzorusozera. Ubw Wew Ntaco Upfana Na Nkurumbi?
Kanda hano umusubize

Emile SHIKANEZA - 24/09/2016 saa 17:44

Mbe Sha Mujeri N'iki? Mbga Kuva Niyombare Ahunze Warigez Umwumva Avuga? Mugabo Abavuga Bagumy Bavuga. Hapfuy Niyombar Ntihapfuy Intwari Z'uburundi. Urugamba Yatanguj Tuzorusozera. Ubw Wew Ntaco Upfana Na Nkurumbi?
Kanda hano umusubize

Emile SHIKANEZA - 24/09/2016 saa 17:45

Emile SHIKANEZA - 24/09/2016 saa 17:46

Mbe Sha Mujeri N'iki? Mbga Kuva Niyombare Ahunze Warigez Umwumva Avuga? Mugabo Abavuga Bagumy Bavuga. Hapfuy Niyombar Ntihapfuy Intwari Z'uburundi. Urugamba Yatanguj Tuzorusozera. Ubw Wew Ntaco Upfana Na Nkurumbi?
Kanda hano umusubize

kasongo - 19/09/2016 saa 13:31

Mwamihirimbiri mwe ntimuzosubire kwiyumvira Urwanda Mwanjavyimwe, noyo Niyo Mbare ni umusirumu gusa yarihenze yategerezwa kuba yambotoreye Nkurumbi nyakugwa mumvuto
Kanda hano umusubize

GITEGO - 19/09/2016 saa 16:53

mwambwamwemwehomubonamwokoriki? kuburundi
Kanda hano umusubize

kasongo - 19/09/2016 saa 13:31

Mwamihirimbiri mwe ntimuzosubire kwiyumvira Urwanda Mwanjavyimwe, noyo Niyo Mbare ni umusirumu gusa yarihenze yategerezwa kuba yambotoreye Nkurumbi nyakugwa mumvuto
Kanda hano umusubize

MASO - 19/09/2016 saa 10:07

Kay, uri umwungere w inka ? Kutukana cane nka bungere ?
Kanda hano umusubize

MASO - 19/09/2016 saa 10:05

Hahahah!!!! Bati : Mwesi muvuga nabi iki gihugu cu Burundi , mukirotera imigambi mibi , muzohera NK IFU YI MIJIRA . Umwe ati : Unyice ? kuki nto kwica umbwambere . Mwigumye , gusa aba aho mugihug cunyu cu Rwanda , ni mubike , ico azovamwo , muzokimenya , umusi umwe gusa !!!! Gire umusi mwiza !!!!
Kanda hano umusubize

nintsinzi - 18/09/2016 saa 21:26

reka kuvuga niyombare mukanwa kumuvuga nukumuha agaciro abaho atabaho ntaco bimaze kuko ntaco amaze naciza c'umu ventriote aba patriotes turabafise
Kanda hano umusubize

- 19/09/2016 saa 12:57

icyuvuze nicyo good..
Kanda hano umusubize

- 18/09/2016 saa 20:05

BARUNDIMWDI?MURI
Kanda hano umusubize

kay - 18/09/2016 saa 15:17

Ingegera ngo ni abategetsi cndd fdd umwanda gusa ariko hariumunsi wo kuwukubura
Kanda hano umusubize

Barutwanayo - 18/09/2016 saa 22:51

Ntawuvuma Uwimana Yahezagiye. Imbonerakure tuzokwamaho kandi dutegerezwa kubaho. Haduga, Hamanuka, Hanyerera abatwanka bazokwangara
Kanda hano umusubize

NSABIMANA - 18/09/2016 saa 08:49

ICYOMBONA NUKO ATARIBYIZA KWIGIRA INYESHYAMBA AHUBWO ABARUNDI ,BOSE 'BARI BAKWIRIYE ,KUMVIKANA .BAGASANGIRA IGIHUGU CYABO BAKAREKA "KUMARANA
Kanda hano umusubize

NIBIGIRA VINCENT - 19/09/2016 saa 18:22

ABARUNDI TWESE VYOBA VYIZA TURETSE GUCANAMWO KUKO TWESE TURI BENE MUGABO UMWE GUSA IMANA NIGUME ITWONGEREREZA AMAHORO.
Kanda hano umusubize

Nkundurwanda - 18/09/2016 saa 08:29

Tuzi neza ko ariho kandi ari mu RWANDA. Reka kugira abantu ibijuju!
Kanda hano umusubize

Yohani - 17/09/2016 saa 23:45

Komeza mufuruguta ariko ntimuduca intege. Ukwo nugushaka kudusamaza. Twarabahinyuye. Kandi ico mwomeya Godefroid abaho canke atabaho ntanakimwe bizohindura Cndd fdd izoguma ihangamye
Kanda hano umusubize

Kariba - 17/09/2016 saa 22:21

Ahubwo nobishima Numvise Kobamwishe Ese Nimbarivyo Vyonryo Hera Urazingene Atumye Duturatura!!
Kanda hano umusubize

kajuga - 17/09/2016 saa 20:48

yoooo aramutse amakuru yuko Niyombare bamurashe ariyo byambabaza, akaba apfuye adakuyeho iriya shitani ngo ni Nkurumbi
Kanda hano umusubize

kabera - 18/09/2016 saa 16:41

Shitani nya shitani ikwiye kuva kubutegetsi iri hano iwacu.
Kanda hano umusubize

- 19/09/2016 saa 13:02

byambabaza wuzuye ariko ntakekenge
Kanda hano umusubize

NYANJA - 17/09/2016 saa 20:30

ISI IRAMUBONA KUKO YARIHEMUKIYE AHEMUKIRA NIGIHUGU CAMUVYAYE IGIHEMU KIBI NTIGIHERA YIBUKE INDAHIRO YARAHIYE IZOMUKORAHO
Kanda hano umusubize

- 19/09/2016 saa 13:11

Abarundi Yatumyebangara abafpu,ababuze ibyabo bazamutera umwaku ntamahoro azagira
Kanda hano umusubize

WACA - 17/09/2016 saa 20:14

UBURUND SATANIYABUHAGURUKIYE
Kanda hano umusubize

WACA - 17/09/2016 saa 20:11

IBINTUVYOMUBURUND NIBAREKERIMANA YIKOREREKUKONTAMWANAWUMUNTU YOBISHOBORA BARUND HAAA NZOBANDABAA!!!
Kanda hano umusubize

niyombare - 17/09/2016 saa 19:48

nijewe ndiho sinapfuye ninde yabonye ikiziga canje ?
Kanda hano umusubize

Bahati Faustin - 18/09/2016 saa 21:15

None c urihe?
Kanda hano umusubize

amahoro - 18/09/2016 saa 22:34

kiretse niba ur umuzimu wiwe nusubira kumubona canke ukamwunva uze wiruke azoba ar imizimu urya yahuye numu generar amusuvya amavya

Migambi - 17/09/2016 saa 18:28

Niyombare ari mu Rwanda kimwe na Nkundabatware turabizi twese mureke kujijisha...
Kanda hano umusubize

- 17/09/2016 saa 17:13

uwamubonyumumbo byukurinind???Komuhuhagizimpuhamutazi mukwiyegusubirakuminwa
Kanda hano umusubize

mariyatabu Abdoul - 17/09/2016 saa 17:09

Nagende nawe yarakoze amahano imana imuhane nivyo yakoze
Kanda hano umusubize

mariyatabu Abdoul - 17/09/2016 saa 17:08

Nagende nawe yarakoze amahano imana imuhane nivyo yakoze
Kanda hano umusubize

Ndera - 17/09/2016 saa 17:04

Ariho yibereye murwanda
Kanda hano umusubize

Bagabo - 17/09/2016 saa 16:03

Nubwo bari baramutindiye! Ubwo se yumvaga gukorana n'uwo yitaga umwanzi ubwo yari mu ishyamba hari ikindi azakuramo uretse urupfu! N'abasigaye bashatse bakubita agatima impembero! Ibimusohoyeho ni nk'ibya wa mugabo wahetse bihehe abantu bamubwira ntabumve bikarangira imuriye!
Kanda hano umusubize

Nimfasha Ab Saï - 17/09/2016 saa 13:47

Muze Muduhe Amakuru Asesuye
Kanda hano umusubize

Bahati Faustin - 18/09/2016 saa 21:23

Ariko konumva mubyemeze mwarahuye.
Kanda hano umusubize

emmanvel - 17/09/2016 saa 13:18

niyombare murekekujijisha.abantu icotuzi nukoarimurwanda. kiretse yaptiriye murwanda ahonisawa.arikotuzineza koarihari atuye hakurya yikanombe birazwi neza .murekerero kutujijisha. gusamumubwire ko iburundi rutitaha .turimaso tuzomugirira nkakwakundi arabizinawe.kobitazoroha.abarashi turinabo babizineza.
Kanda hano umusubize

- 21/09/2016 saa 00:14

Nkawe utanazi nivyo uvuga uri mubiki
Kanda hano umusubize

Kalisa - 17/09/2016 saa 13:13

Du n'importe quoi!
Kanda hano umusubize

samantha lindsay - 17/09/2016 saa 12:50

Ntiyapfuye ariho arahumeka neza. Ndetse vuba arabagezaho ijamboMuhishiwe kuri Radio burundi
Kanda hano umusubize

mubyara wingwe - 19/09/2016 saa 23:02

komera shaaa ureke abo bashirira babe barifuza muzo mara mra
Kanda hano umusubize

Sawa - 17/09/2016 saa 12:43

Ne ivyo bintwaye iki se!na pfe canke abeho ntaco ashobora guhindura kubuzima bwanje.namba ariho gusa narabe yitonde kukwivyisi namabanga
Kanda hano umusubize

Rukundo - 17/09/2016 saa 12:27

Gupfa no gukira ntawabimenya, nakanyoni karitse ku nzire. Burya rero ibyo mutamenya nuko umusirikare aho ava akagera aba yarasinye contract yurupfu. Kuba byonyine urumusoda cg Polisi ufite amahirwe menshi yo gupfa kurusha umusivili. Ibi mbivuze ko abasoda bigishwa kwica nukuvuga ko iyo ugendanintwaro si bibilia cg ikindi cyagukiza ahubwo uba umeze nkumuhigi, ingwe igutanze irakwica ukayitanga ukayigenzuko nyine. Nshima ko ntarumusoda kandi ngashima abasoda baheba ubuzima bwabo kubantu nkanjye.
Kanda hano umusubize

amani - 17/09/2016 saa 12:10

niyo mbare ari mu rwanda ararizwe cyanee
Kanda hano umusubize

Jules - 18/09/2016 saa 21:16

Azapfa nka Mutebusi kuko ntacyo akimariye abamutumye.
Kanda hano umusubize

Eric - 17/09/2016 saa 11:19

Abarundi Ntidushaka Niyombar KoYopfa Ahubwo Nagaruk Twubak Igihugu Arekan Nabo Bansumirinda Batarota Bashaka Mahoro Niyo Ncabweng Twari Dusigarany Kuva Ho Adorufu Apfiriy
Kanda hano umusubize

Tanga igitekerezo

Amazina yawe

Email yawe

Igitekerezo cyawe

Niba igitekerezo cyawe kidatukana, ntigisesereze.

Gihawe ikaze.

Close X