Monaco cosmetics
Ahabanza  >>  Amakuru Yose >> Utuntu n’utundi >> 

Inzoga zishobora gutera ubwoko burindwi bwa cancer

Ubushakashatsi bwerekana ko hari isano riri hagati yo kunywa inzoga n’ubwoko burindwi bw’indwara ya Cancer.

Ubwo bushakashatsi, bwanditswe mu kinyamakuru "addiction" buvuga ko hari ibintu byinshi bibyerekana.

Ubwoko bwa cancer basanze bufitanye isano no kunywa inzoga, ni cancer yo ku munwa, iyo umuhogo, iyo akamironko, igitigu, amara, ibere n’igiti cy’umugongo.

Mu kwezi kwa mbere, uwurongoye igice cy’Ubuzima mu Bwongereza yavuze ko nta rugero rw’inzoga umuntu afata buri musi ruhari rutabangamira ubuzima bwe.

J.P-Imirasire.com

Kanda hano udukurikire kuri Facebook na Twitter

Ibitekerezo

Anicet - 17/08/2016 saa 18:57

Mukuri iyaba bashobokaga ngo inzoga zihagarikwe burundu
Kanda hano umusubize

mpawenayo - 21/11/2016 saa 22:21

Ico numva , ubwo bushakashatsi ntabwo yagize neza kuko ivyayitera ni vyinshi ubu bitaraz bimenyekana .
Kanda hano umusubize

Keba - 24/07/2016 saa 07:00

Ngo:"igitigu", "uwurongoye". Iki ni ikirundi...iyi nkuru iteye isesemi
Kanda hano umusubize

niyonkuru jean nepo,ivyo mutubwiye turavyemera,sawa
Kanda hano umusubize

jbosco - 29/07/2016 saa 08:34

vyemere niba utazi gusesangura mbe yezu mubukwe bwikana koyatanze?
Kanda hano umusubize

Tharcisse - 23/07/2016 saa 14:20

None ko muvuga atarugero narumwe rw'inzoga rutatera Canser none Inzoga bazihingura kuki kandi numva ari Uburozi/?ko hari Aba ganga bemeza ko umubiri harigihe ukenera Alcool harinaho bavuga ko ka Divayi itukura (Red Win)ari nziza uhejeje ku rya. none Docteri arabesha?
Kanda hano umusubize

Oscar - 3/08/2016 saa 07:14

Jewe Nibazako Kunwatangorane Uretse Kurenza
Kanda hano umusubize

- 12/08/2016 saa 18:32

Iame Tugomba Gufata Gake Kuko Umubi Ukeneye Alc
Kanda hano umusubize

Tanga igitekerezo

Amazina yawe

Email yawe

Igitekerezo cyawe

Niba igitekerezo cyawe kidatukana, ntigisesereze.

Gihawe ikaze.

Close X