Kansuraheba ntancuti - 10/08/2017 saa 12:03

ABA PRESIDA BA AFRICA NIBO BAGUMA BATEZA INTAMBARA KUBERA BASHITSE K'UBUTEGETSI BADASUBIRA KUBUVAKO! NIBAREKURE BAZE BARATWARWA NKABANDI! RABA MURI TANZANIYA, NAHO HAGUMAKO UMUGAMBWE1 ARIKO KUBERA HAHINDUKA UMU CANDIDA, AGAHENGWE KARAHARI. NIVYO BIMWE TUBITERWA N'ABAKORONI ARIKO NATWE TURABISHIRAMWO URUHARE KUKO NGO ICICA URUGO KIRUVAMWO.

Musubize

Amazina yawe

Email yawe

Igitekerezo cyawe

Niba igitekerezo cyawe kidatukana, ntigisesereze.

Gihawe ikaze.