Kuri john - 6/09/2017 saa 01:55

Je numva ivyo bidatangaje kuko si na bishasha,usangwa mwemera bibiliya!gucumura bose baracumura,hagowe uwuzobigana ngo na padiri cnk pastor akor'uku.duhamagariwe gusenga dusengera n'abo kugira bahinduke.hama umw'umwe azobazwa ivyo yakoze ntawuzohanwa mu kibanza c'umukozi w'Imana.

Musubize

Amazina yawe

Email yawe

Igitekerezo cyawe

Niba igitekerezo cyawe kidatukana, ntigisesereze.

Gihawe ikaze.